Ivuriro CELUCODIA risanzwe rivura ingwara y’igisukari diabète n’inkurikizi zayo ryifadikanije na Mob-Medhealth ryaratunganije isekeza ryo gupima inkurikizi zifatiye ku maso [complications oculaires].
Abagendana iyo ngwara y’igisukari-diabete kuva itariki 09/03/2026 gushika itariki 13/03/2026. kwipimisha ni kubuntu hakazokwakirwa abiyandikishije gusa. Iyandikwa ryatanguye itariki 25/02/2026 gushika itariki 04/03/2026
